Friday, April 24, 2026
HomeSportsAyavugwa mw’igura n’igurishwa ry’abakinyi: Gordon, Kante, Messi, Martinez, Pickford, Juranovic, Saka

Ayavugwa mw’igura n’igurishwa ry’abakinyi: Gordon, Kante, Messi, Martinez, Pickford, Juranovic, Saka

Lionel Messi
Insiguro y’isanamu,

Lionel Messi

Everton iri hafi yo gushika ku masezerano n’umukinyi wo ku ruhande umwongereza Anthony Gordon w’imyaka 21 kugira ngo Chelsea ntibandanye imwirondeza. (Telegraph)

Umukinyi wo hagati w’Ubufaransa, N’Golo Kante w’imyaka 31 ariko arasatira kugira ngo arabe ko yokwimukira muri Barcelona igihe amasezerano afitaniye na Chelsea azoba aragiye mu ci riza, ibiganiro vy’intangamarara bikaba bigeze kure. (Sport – mu ki Espagnol)

Paris St-Germain igiye gutangura ibiganiro n’umusatirizi wa Argentina Lionel Messi w’imyaka 35, inyuma y’ibikorwa bidasanzwe yakoreye mw’ihiganwa ry’igikombe c’isi yose, mu gihe amasezerano afitaniye n’uyu murwi azorangira mu ci riza. (RMC iciye kuri Mail)

Bayern Munich iripfuza kugura umunyegori wa Argentina na Aston Villa  Emiliano Martinez w’imyaka 30. (MediaFoot – mu gifaransa)

Source link

RELATED ARTICLES

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here

Most Popular